Lyrics to Turasa
Turasa Video:
ihoze mwana wa mama

uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi

yego nanje ndibonera

yuko imibiri yose idasa

uyu urera

urya ukirabura

uriya uravanze

jewe mbona

watu wa ulimwengu wandugu

kaskasini kusini wako sawa

watu wa ulimwengu wandugu

wote wanafanana

mbona dusa

umworo wino arasa

n'umworo wo hirya agasa

n'umworo wa hakurya

umwana wanje ansera

kurya umwana wawe agusera

abavyeyi turasa

none mwana wa mama

abantu dupfa iki ?

ko mbona
Songwriters:
Publisher:
Powered by LyricFind